LE JOURNAL.AFRICA
SOCIETE

Amazu y’ugutomboza : « N’abayakoramwo ntitworohewe »

Hari abamaze igihe bidogera amazu y’ugutomboza, aho berekana ingene ayo mazu aza amaze guca wahiba bamwe mu rwaruka rw’Uburundi. Amaganya si ayo gusa. Na twebwe abakozi dukorayo, hari ibibazo dufise bitararonka inyishu. Nkaba nahisemwo kubayagira ibijanye n’imyaka hafi ibiri maze nkorerayo.

Mu Burundi, uhejeje amashure, kuronka akazi ntivyihuta. Jeho novuga ko nagize amahirwe, kuko napfuye kurangiza, nca ndonka akazi muri rimwe muri ya mashirahamwe y’ugutomboza biciye ku nkino z’umupira w’amaguru. Haheze imisi mike bahamagaje abakozi bashasha, nanje ndatanga impapuro zemeza ko nahejeje amashure. Turakora ikibazo, ndagitora mbona gutangura akazi, nkagira nti : ubuzima bugiye kworosha.

Akazi twahawe katanguriye mu kutumenyereza. Bidatevye, agashahara ko kwimenyereza kaba karabonetse. Amafaranga ibihumbi ijana. Nkibaza ko, twe n’abo twinjiriye rimwe, tuzokwongerwa menshi nitwaronka amasezerano y’akazi.  Umusi urenga uyundi urenguka,  turarindira ya masezerano y’akazi, amaso ahera mu...   

Continuer la lecture de cet article sur YAGA BURUNDI

Articles similaires

RDC : le transport à Kinshasa, un casse-tête pour la population

LE JOURNAL.AFRICA

RDC : Innoss’B attendu à Goma pour un concert humanitaire

LE JOURNAL.AFRICA

Bénin: restitution des corps des victimes des événements du 1er et 2 mai

RFI AFRIQUE
Verified by MonsterInsights