LE JOURNAL.AFRICA
SOCIETE

Ugukoresha abana bato: « Uwanka agakura abaga umutavu »

Igenekerezo rya 12 Ruheshi, uko umwaka utashe, isi yose irahimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe kugwanya ibikorwa biruhije ku bana. Mu Burundi, abana barakoreshwa ukuri kwamye, ata n’icamira. Hano, ndababwira muri make uko vyifashe.

Muti mbega umuntu avuze ugukoresha abana bisigura iki? Nk’uko tubisoma ku rubuga rw’ubushikiranganji bw’ubutungane mu Burundi, ni ibikorwa ivy’ari vyo vyose vy’ukwiteza imbere bikozwe n’umwana atarakwiza imyaka 18, vyaba ibitanga agashahara canke bitagatanga, ibizwi n’amategeko canke bitazwi, mu mihana canke hanze yayo, igihe cose canke rimwe rimwe.

Kw’isi yose,  abana bangana imilioni 152 barakoreshwa  bene ivyo bikorwa. Ibice 58%; ni ukuvuga abana b’abahungu bangana imilioni 88 hamwe na 42% vy’abakobwa (imilioni 64); ivyo bikerekanwa n,ishirahamwe mpuzamakun...   

Continuer la lecture de cet article sur YAGA BURUNDI

Articles similaires

Les enfants de la rue :un problème à résoudre dans l’immédiat

RTNB BURUNDI

Les tresses, ces fausses amies

YAGA BURUNDI

Ituri : une dizaine de morts dans un éboulement d’un puits d’or à Muchacha

OKAPI CONGO
Verified by MonsterInsights