LE JOURNAL.AFRICA
SOCIETE

Rumonge – Korera : « Mvuye guta nyogokuru agaruka arankurikira »

Uko umwaka utashe, mu gisagara ca Rumonge, hama hibonekeza ikiza c’indwara ya korera. No muri ino misi nyene, hari abo giheruka gufata. Inzego zitandukanye ziraheza zigafata ingingo zo kukigwanya. Ariko ikigaragara ni uko ingingo zifatwa zidakwiye. Reka tubirabe hano.

« Abantu barenga ijana na mirongo itanu barafashwe n’indwara ya korera muri kuno kwezi kwa Nzero 2019, ikaba yarahitanye ubuzima bw’ umuntu umwe muri abo » ; ivyo bimenyeshwa na  muganga Jean Claude Ndikumasabo arongoye intara y’ ubuvuzi ya Rumonge. Korera ni imwe mu ndwara zituruka kw’isuku rike.

Bumaze kubona ubwinshi bw’abantu bafashwe, ubushikiranganji bw’ amagara y’ abantu n’ukugwanya ikiza Sida bwaratangaje iyo ndwara nk’« ikiza cateye ico gisagara ca Rumonge ». Maze ingingo n’ibikorwa bigamije kukirwanya bibona gutangura. Ibitari bike vyarakozwe

Abarongoye igisata c’amagara y’abantu baribukije kandi barahimiriza ku musi ku musi, hakoreshejwe ibinyamajwi n’amatangazo yaciye ku nsamirizi no mu mashengero, amabwirizwa y’ isuku. Iruhan...   

Continuer la lecture de cet article sur YAGA BURUNDI

Articles similaires

Burundi : à qui incombe la responsabilité de collecter les bouteilles en plastique ?

YAGA BURUNDI

Ghana: les productrices de karité s’organisent en coopératives

RFI AFRIQUE

Police de sécurité routière, vous avez dit ?

YAGA BURUNDI
Verified by MonsterInsights