Inkuru
Iriko ihindurwa…
Niba ihinduka rikenewe, bishobora gufata amasegonda makeyi.
Niba ihinduka rikenewe, bishobora gufata amasegonda makeyi.
Abatari bake bamaze kurengerwa n’ivyo twumva hirya no hino bivugwa ku kiza ca Coronavirus (Covid-19). Ntibitangaje ko ivyo abavyeyi bibaza, n’abana babo bitabasiga uko vyabasanze. Ikibabaje rero, ni uko bigora cane abakiri bato kwitondera inkuru ziva irya n’ino ku mboneshakure n’imbuga ngurukanabumenyi zivuga ico kiza na rirya bisanzwe bizwi ko…

Amakuru ahambaye yatoranijwe n'abanditsi bacu. Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu.
Mu kwiyandikisha, wemera politike yacu y'ibanga.