Inkuru
Iriko ihindurwa…
Niba ihinduka rikenewe, bishobora gufata amasegonda makeyi.
Niba ihinduka rikenewe, bishobora gufata amasegonda makeyi.
Kwiyandikisha muri kaminuza ni igikorwa coroshe kuri bamwe, naho ku bandi rukaba urugamba rudasanzwe. Impapuro bakenera zibatwara uburyo butari buke, rimwe na rimwe bugoye no kumenya igitigiri, ari naho usanga imiryango kugira irungike umwana muri kaminuza ibanza kwikokora. Muti none izo mpapuro zitwara uburyo bungana bute? Tubirabire hamwe. Ica mbere…

Amakuru ahambaye yatoranijwe n'abanditsi bacu. Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu.
Mu kwiyandikisha, wemera politike yacu y'ibanga.



