Itorwa ry’uwuzoserukira Cndd-Fdd : hari zimwe mu nyifato ziteye amakenga
Umugambwe Cndd-Fdd waraye utoye uwuzowuserukira mu guhiganirwa intebe y’umukuru w’igihugu mu matora Abarundi bimirije. Iyo nkuru imaze kumenyekana, hari inyifato n’imvugo zakurikiye. Umwanditsi Déo Ndayishimiye akazifatirako mu kuvuga ati : « Abarundi dukwiye guhinduka ». Hari ejo bundi, umugambwe uri ku butegetsi mu Burundi wari waramutse utora uwuzowuserukira mu matora yo mu mwaka…
Na Rédaction
3 iminota yo gusoma

Amabanga#Burundi#Bujumbura#Cndd-Fdd#Varisito Ndayishimiye#Gitega#Déo Ndayishimiye#mouvance politique
Ikiganiro
- Nta vyiyumviro biriho. Ba uwa mbere.
Afurika mu gasanduku kawe ka imeli buri gitondo
Afurika mu gasanduku kawe ka imeli buri gitondo
Amakuru ahambaye yatoranijwe n'abanditsi bacu. Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu.
Mu kwiyandikisha, wemera politike yacu y'ibanga.



