Inkuru
Iriko ihindurwa…
Niba ihinduka rikenewe, bishobora gufata amasegonda makeyi.
Niba ihinduka rikenewe, bishobora gufata amasegonda makeyi.
Haraciye ukwezi kurenga gato, igihe c’ici kirangiye. Ivy’iyi miriro nta wigeze abica n’ikanda; nk’uko womengo nta cabaye. Ariko, aho mu ntara zimwe zimwe, na canecane izirangwamwo ubworozi bw’inka, imitumba yaraturiwe, bene kubikora bagamije kuronka imiyonga baragiramwo ku mutasuro. Naravyiboneye. Imisozi nka Mutsibo, Gasanga, Buzirambiya yo muri zone na komine Rutovu;…

Amakuru ahambaye yatoranijwe n'abanditsi bacu. Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu.
Mu kwiyandikisha, wemera politike yacu y'ibanga.