Inkuru
Iriko ihindurwa…
Niba ihinduka rikenewe, bishobora gufata amasegonda makeyi.
Niba ihinduka rikenewe, bishobora gufata amasegonda makeyi.
Umuntu wese ageze mu bigero, kenshi na kenshi, arahitamwo kwabira canke kwabirwa. Canke kubireka. Biranashika mugabo akazazanirwa, bikamugora gufata ingingo ; akibaza nimba atoba aruguyemwo, hamwe yofata ingingo yo kwubaka urwiwe. Ng’utu utubazo wokwifashisha. « Amaso akunda ntabona neza » ; nk’uko ba sokuru bayamaze. Ico umuntu ategerezwa kumenya ni uko ingingo…

Amakuru ahambaye yatoranijwe n'abanditsi bacu. Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu.
Mu kwiyandikisha, wemera politike yacu y'ibanga.