« Subirayo ntihababa, nta mahwa ariyo » : barasukana !
Abakeza umuvyeyi ngo « Subirayo ntihababa, nta mahwa ariyo », abandi bagahezagira abageni ngo “muravyare mushikane kuri Ndayobewe”, bari mu batuma uwo muvyeyi yipfuza gusama hakiri kare. Kwoba ari ukwibagira canke ukwiyobagiza ingaruka z’intahekana ku buzima bw’umuvyeyi n’ubw’abana ? Canke ni ugusukana vyo bisa ? Aho hambere hahise; eka mbere na n’ubu…
Na Rédaction
2 iminota yo gusoma

Ikiganiro
- Nta vyiyumviro biriho. Ba uwa mbere.
Afurika mu gasanduku kawe ka imeli buri gitondo
Afurika mu gasanduku kawe ka imeli buri gitondo
Amakuru ahambaye yatoranijwe n'abanditsi bacu. Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu.
Mu kwiyandikisha, wemera politike yacu y'ibanga.
Ibijanye



Sosiyete
Journée scientifique sur la santé du nouveau-né : des défis à relever persistent
Na Rédaction
