Itanga ry’akazi : umukenyezi akwiye guhiganwa ku rwego rumwe n’umugabo
Twaraye duhimbaje umusi mpuzamakungu wahariwe abakozi n’akazi. Mu Burundi, mu matangazo menshi y’akazi, iryungane « Idosiye z’abakenyezi zirahimirijwe cane! » ntirihara. Akamaro karyo ni akahe none? Ejo bundi nabonye itangazo ry’akazi ku rubuga ngurukanabumenyi. Kuko ikiringo co kugasaba cari cegereje, negeranije ivyangombwa nihuta ngira nti kumbure ngiye kuronka akazi…
Na Rédaction
2 iminota yo gusoma

Amabanga#Burundi#Bujumbura#Arcade Arakaza#Jeanine Nshimirimana#Tubura#égalité des sexes#marché du travail
Ikiganiro
- Nta vyiyumviro biriho. Ba uwa mbere.
Afurika mu gasanduku kawe ka imeli buri gitondo
Afurika mu gasanduku kawe ka imeli buri gitondo
Amakuru ahambaye yatoranijwe n'abanditsi bacu. Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu.
Mu kwiyandikisha, wemera politike yacu y'ibanga.



