Inkuru
Iriko ihindurwa…
Niba ihinduka rikenewe, bishobora gufata amasegonda makeyi.
Niba ihinduka rikenewe, bishobora gufata amasegonda makeyi.
N’ubwo abajejwe intwaro n’abajejwe umutekano badasiba kwita ku rutare ngo bazituze, inzoga zitarekuwe n’amategeko ziragisibije mu mihingo itari mike y’igihugu. Abazidandaza babikora ataco binona bakibagira ko izo nzoga zifise ingaruka mbi nyinshi. Hano tubahe uburorero bw’abaza barasinzikaye. Eric* amaze guhindurirwa aho akorera incuro nyinshi (“mutation disciplinaire”). Bamukuye mu ntara zidandazwamwo…

Amakuru ahambaye yatoranijwe n'abanditsi bacu. Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu.
Mu kwiyandikisha, wemera politike yacu y'ibanga.