Article
Preparing the article…
If a translation is needed, this may take a few seconds.
If a translation is needed, this may take a few seconds.
Mu myiyamamazo yaraye irangiye, imigambwe imwe imwe yarakoresheje imvyino n’indirimbo zirimwo amajambo ateye isoni, arimwo ibitutsi. Abayamaze bati: « imbuto itewe ni yo imera. » Twohagabira. Hirya y’ejo, nasanze abana hafi y’aho mba, bariko baririmba ngo: “Izo mburakimazi, izo mbwa…Abo basuma ntizizodutsinda… » Igihe abo bana bariko bararirimba izo ndirimbo, abantu bakuze…

Our editors' picks of what matters. Monday to Friday.
By subscribing, you accept our privacy policy.