Article
Preparing the article…
If a translation is needed, this may take a few seconds.
If a translation is needed, this may take a few seconds.
Muri ino misi ikiza ca Koronavirisi kibangamiye isi, n’Uburundi burimwo, biragoye kuvuga canke kwiyumvira ku kindi kintu atari ico kiza. Ariko Uburundi buri mu bihe vy’amatora. Kandi ivyo vyama bikomeye, nk’uko tubimenyereye; inyifato y’urwaruka igafata iyambere mu myitwarariko ya kino kiringo. Harageze ko rwerekana ubudasa. Mu ntumbero yo gukomeza ubumwe…

Our editors' picks of what matters. Monday to Friday.
By subscribing, you accept our privacy policy.