Article
Preparing the article…
If a translation is needed, this may take a few seconds.
If a translation is needed, this may take a few seconds.
Uku kwezi tugira turangize, kwaranzwe no gusubira kuzirikana ku rurimi rw’Ikirundi. Twaraciye ku mayange ibirubangamiye, icokorwa kugira rutere imbere, n’abokora kugira ruhabwe ikibanza kirubereye. Ariko, ivyo vyose kugira bishoboke, hari igisata gikwiye kubigiramwo uruhara rudasanzwe : imenyeshamakuru. Uno musi, ico gisata ntikiriko kirakora uko bikwiriye mu kwubahiriza ururimi rw’Ikirundi. Akamo. …

Our editors' picks of what matters. Monday to Friday.
By subscribing, you accept our privacy policy.