LE JOURNAL.AFRICA
SOCIETE

#KwitunganirizaImigambi : kwigana, vyica benshi, bigakiza bake

Kubera kubura inyigisho zikwiye n’uguherekezwa mu vyerekeye kwitunganiriza imigambi, urwaruka rufise umwete wo kubikora rusanga ruguye mu mutego w’urwiganwe, rugahereza guhomba. Mariko* ni umwe mu baruguyemwo. Aratuyagira.

Co kimwe n’abatari bake, narize kaminuza ndayirangiza, ndarondera akazi ndahebura. Ariko mu nyuma haheze nk’umwaka, naragize amahirwe  ndagwa ku kiraka, maze ndaronka uduhera dukeya.

Ni ko kwigira inama yo kurondera umugambi  noyakoresha, kugira ndabe ko nokwiyungunganya; nkareka kuja ndazera inze. Kuko nari nabonye ikintu atabandi bariko barakora muri ako gace, naciye mpitamwo kwugurura inzu y’iyandikiro (secrétariat public). 

Abakiriya baragwiriye. Ndatera imbere kugeza n’aho ntangura gukoresha abakozi, kuko ntari kuvyishoboza jenyene. Ayo nahora nkura muri ka kazi naheba, nayakuba gatanu. Ndavuga nti ubuzima ni ubu. Abagenzi twiganye bose barantamarira ; abakuze nabo bakantangako akarorero.

Ingorane

Ntibukeye kabiri, bamwe muri ba bagenzi banje batangura kumpfuhira. Umugambi wanje barawijukira barawukora. Mu kiringo gito cane, abagenzi batanu bose bakora nka bimwe nkora, kandi...   

Continuer la lecture de cet article sur YAGA BURUNDI

Articles similaires

RCA: une maison de la société civile pour aider au relèvement du pays

RFI AFRIQUE

Burundi : le niveau de la langue française baisse dans les écoles

AKEZA NETWORK

Découverte de 25 bébés morts dans un cimetière en Côte d’Ivoire

BBC AFRIQUE
Verified by MonsterInsights