LE JOURNAL.AFRICA
SOCIETE

Mu bimenyeshamakuru : tuzirikane ikibanza c’abakenyezi

Kuwa 31 mukakaro uko umwaka utashe, ni umusi mpuzamakungu wahariwe umukenyezi w’umunyafurika. Uwo musi ushitse mu gihe ikibanza c’umukenyezi mu bimenyeshamakuru vy’Uburundi kidashemeye, haba mu bakora uwo mwuga canke abatanga amakuru. 

Mu bimenyeshamakuru birenga 50 biri mu Burundi vyemewe n’urwego rw’igihugu rujejwe gucungera ibimenyeshamakuru “CNC”, ikibanza gihabwa umukenyezi kiracari kure. 

Nk’uko bigaragara mu cigwa cerekana ikibanza c’abakenyezi n’abigeme mw’imenyeshamakuru ry’Uburundi (« Place et image des femmes et des filles dans le paysage médiatique burundais »), catunganijwe n’ishirahamwe ry’abakenyezi b’abamenyeshamakuru “AFJO”,  kigashirwa ahabona kuwa 2 rusama 2019, ibitigiri vy’abakenyezi bakora umwuga w’ukumenyesha amakuru  bazwi n’urwego CNC, gushika muri Ndamukiza 2019, bangana n’ibice 32 kw’ijana. 

Mu bayobozi b’ibimenyeshamakuru banditswe mu rwego “CNC”, abakenyezi bari ku bice 14 kwijana gusa.  

Ico kibanza ntigishemeye. Twibuke ko abakenyezi barenga ibice 50 kw’ijana  mu banyagihugu b’Uburundi, twishimikije Continuer la lecture de cet article sur YAGA BURUNDI

Articles similaires

La ville de Ngozi va bientôt souffler ses 100 bougies

RTNB BURUNDI

RDC : la nouvelle société civile congolaise axe sud proteste contre la main d’œuvre étrangère au sein de la REGIDESO-Uvira

LE JOURNAL.AFRICA

RDC : le CLC mène une croisade contre l’impunité

OKAPI CONGO
Verified by MonsterInsights