LE JOURNAL.AFRICA
SOCIETE

«Kuki muza kudukunda ari uko tugeze mu mahanga ?»

Nganji Trésor* aheruka kuja mu mahanga kunonosora amashure yiwe ya kaminuza. Kuva agiye, ngo aratangazwa n’ukugene uwahora amwita umugenzi asanzwe, ubu ashaka ko amufata nk’umukunzi. Aratwiganira hano.

Ntaragira umugambi wo kuja kubandanya amashure hanze y’igihugu, nari mfise umugenzi w’umwigeme twagendana cane.  Ndamusaba ko twotera imbere muri ubwo bucuti, ati: “Oya!” Kuko ngo we yashaka ko tuguma turi abagenzi basanzwe gusa.

Ariko, aho mariye gushika mu mahanga, nagiye numva atanguye kumbaza ati: “Mbe ya nyota yo kuba umukunzi wanje woba ukiyifise, nk’uko wari warigeze kubinsaba?...   

Continuer la lecture de cet article sur YAGA BURUNDI

Articles similaires

Lancement du premier Dictionnaire des francophones

RFI AFRIQUE

La FDNB doit être une armée professionnelle, disciplinée et loyaliste (Gén.MaJ. J. Ndayishimiye)

RTNB BURUNDI

Mutualité de santé: un moteur de développement dans les ménages

RTNB BURUNDI
Verified by MonsterInsights