LE JOURNAL.AFRICA
Courrier des lecteurs

« Burya gucunga umukobwa ni vyo bituma adatwara inda y’indaro ? »

Abavyeyi barageregeza kugumiza ijisho ku bana babo b’abigeme gusumba. Bati: « Ko umwana yama ataha aho tumubona, nta ngeso mbi izotwinjirana turamubona. » Désiré Dunduri, umusomyi wa Yaga, ntabibona gutyo. Yishura ku gisomwa caciye ku muhora wacu, kivuga ko ata mukobwa wo kwipangira inzu, aba ashaka ubuhumbu.

Mu kirundi baraca umugani ngo « nta wuhomera iyiyonka »; umwana niyaba afise ingeso y’ubuhumbu, gutaha canke kuguma aho abavyeyi bamubona si vyo bizomubuza kwigenza uko nabi; haba na mba!

Aho ingorane ihagaze

Harageze ko Abarundi turaba ingene indero y’abana ku bijanye n’uguhuza ibitsina, ibiyago hagati y’abana n’abavyeyi, mu mashure, inyigisho zo mu mushengero, vyogenda bijanye nibihe tugezemwo. Umwana agakura azi ikibi niciza, azi ingene ashobora kwitwara. Ni indero imwigisha kwibako ( “sens de responsabilité”Continuer la lecture de cet article sur YAGA BURUNDI

Verified by MonsterInsights