«Imbanyi» canke «inda» : ng’iyi imvugo ibereye uwibungenze
Ejo bundi haribonekeje ukutumvikana kw’ikoreshwa ry’ijambo “imbanyi” ku mwigeme yibugenze atarubaka. Bamwe bakabona ko iryo jambo ryisoneye, rikwiye gukoreshwa ku mukenyezi yubatse gusa. Nayo ku

