Article
Preparing the article…
If a translation is needed, this may take a few seconds.
If a translation is needed, this may take a few seconds.
Intara ya Gitega iherutse kuba umugwa mukuru wa politike w’igihugu c’Uburundi. Hari ibintu bitari bike vyaranze iyo ntara Abarundi benshi batari bazi. Ng’ibi bimwe bimwe muri vyo. Ntawuzi ingene vyashitse ngo Umuganwa atari umugani Rudoviko Rwagasore, incungu y’ukwikukira kw’Uburundi, ashingurwe ku musozi Vugizo uri hejuru y’igisagara ca Bujumbura. Iyo ataba…

Our editors' picks of what matters. Monday to Friday.
By subscribing, you accept our privacy policy.