Article
Preparing the article…
If a translation is needed, this may take a few seconds.
If a translation is needed, this may take a few seconds.
Hari abavuga ko ururimi rw’ikirundi rukenye ugereranije n’izindi ndimi zikoreshwa mu nyigisho n’ibindi bikorwa vy’igihugu nk’igifaransa n’icongereza. Ariko hari ibintu vyinshi bigaragaza ko ivyo atariko biri. Igihe hahimbazwa umusi mpuzamakungu wahariwe igitabu mu Burundi, abari bashitse aho uwo musi wahimbarijwe bararonse akaryo ko gukurikirana ibiganiro vyatunganijwe, na canecane icari gihariwe…

Our editors' picks of what matters. Monday to Friday.
By subscribing, you accept our privacy policy.