Article
Preparing the article…
If a translation is needed, this may take a few seconds.
If a translation is needed, this may take a few seconds.
Ico gisagara giherutse kuba umugwamukuru w’ivy’ubutunzi, catanguye kuba umugwamukuru wa Rwanda-Urundi, mu nyuma kiba umugwamukuru wa politike w’Uburundi. Abarundi benshi, harimwo n’abakibamwo, ntibazi uko igisagara ca Bujumbura cagiye kiraguka. Tugaruke kw’ivuka ry’amakaritiye akigize kuva 1897. Abadagi nta mugambi w’uko Bujumbura kiba igisagara bari bafise, ikitavuzwe co ni ukukigira umugwamukuru w’Uburundi. N’ikimenyamenya,…

Our editors' picks of what matters. Monday to Friday.
By subscribing, you accept our privacy policy.