Article
Preparing the article…
If a translation is needed, this may take a few seconds.
If a translation is needed, this may take a few seconds.
« Guhonora », nk’uko tubiyagirwa na Elie Sadiki, umwigisha mu gisata c’indimi n’amayagwa nyafrika, muri Kaminuza y’Uburundi, ni umugenzo w’ikirundi w’aho hambere, aho serugo yitavye Imana, umupfakazi yaca arongorwa na murumuna w’umuhisi. N’ubu biracabaho. Twaraganiriye n’abo vyashikiye. Nahimana Claudia ni umukenyezi w’imyaka mirongo itatu n’ine, aba muri zone ya Kanyosha,…

Our editors' picks of what matters. Monday to Friday.
By subscribing, you accept our privacy policy.