Aller au contenu

Coronavirus – imanza z’ubugeni : zihagarikwe canke zihinyanyurwe

Muri iki gihe hateye ikiza ca Covid-19, birabujijwe ko abantu bakoranako canke begerana cane. Ariko, imanza zibandanya ukuri kwamye. Amakenga ni menshi, uravye ukuntu imanza zitunganywa. « Kirazira gukoranako, mutegerezwa kuguma mukaraba kenshi… »! Hafi kw’isi yose, muri kino gihe, ivyo ni bimwe mu vyo abantu bahamagariwe gukora, kandi baragerageza kubikwirikiza. Naho…

2 min de lecture
Partager

Discussion

  • Aucun commentaire pour l'instant. Soyez le premier.
L'Afrique chaque matin dans votre boîte mail

L'Afrique chaque matin dans votre boîte mail

Notre sélection des informations essentielles. Du lundi au vendredi.

En vous inscrivant, vous acceptez notre politique de confidentialité.

À lire aussi