LE JOURNAL.AFRICA
SANTE

#Coronavirus : burya gukaraba « neza » n’ugupfa gukaraba ?

Mu gihe ubushikiranganji bw’amagara y’abantu buduhamagarira kugwiza gukaraba iminwe n’amazi meza n’isabuni, canke amazi arimwo umuti, ngo twikingire ikiza ca coronavirus kituryamiye amajanja, haribonekeza agahaze mu buryo abantu bakarabamwo. None umuntu yokaraba neza gute ?

Mu gihe ico kiza camaze gushwara ibihugu bibanyi, ugukaraba neza biri mu vyihutirwa ngo twikingire tutaronerwa. Ariko rero, ugukaraba « neza » ntibisigura gushira intoke mu mazi gusa, gukora kw’isabuni utayitagatishije, canke gukaraba umwanya urume rumara. Eka da.

Hari abagira ngo barakaravye, bagakaraba imisegonda itanu canke cumi. Abandi bakicishako amazi gusa, bakibagira isabuni. Hari n’abugurura akabombo k’amazi mu gukaraba, baheza bagasubira kukugara bandura ya migera bashirako bariko barugurura. Eka hari n’abihata bagakaraba umwanya ukwiye, ariko ugasanga hari imyanya imwe n’imwe y’intoke basimvye kandi ariyo ishobora kubika imigera y’ingwara. Gutyo rero umuntu akiyumvira ati gukaraba neza nk’uko bitegerejwe umuntu yobigenza gute ?

Ibice vy’ugukaraba

Gukaraba neza s’igikorwa umuntu akora arangaye, canke yihuta nk’abarima igikonkwano. Oya. Ugukaraba neza bikorwa n’imiburiburi hagati y’amasegonda mirongo ibiri na mirongo itatu. Ng’uko...   

Continuer la lecture de cet article sur YAGA BURUNDI

Articles similaires

Lutte contre la Covid-19 : le chatbot du ministère de la Santé présenté au Conseil consultatif de la riposte

OKAPI CONGO

Ebola en RDC : au moins 80 cas d’abus sexuels recensés (OMS)

OKAPI CONGO

CAN 2021: les Camerounais peu convaincus à l’annonce du nouveau protocole sanitaire

RFI AFRIQUE
Verified by MonsterInsights