Burundi : twohomba iki hamwe ururimi rwacu rwozimangana ?
Isi irahimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe indimi kavukire, kuwa 21 Ruhuhuma. Ishirahamwe mpuzamakungu ONU rivuga ko mwe n’izo ndimi ziguma zizimangana uko umwaka utashe. Mbega Abarundi bohomba iki Ikirundi coja muri uwo mugwi ? Hokorwa iki kugira ngo urwo rurimi ntiruduce mu myanya y’intoke ? Umwigisha wa Kaminuza, mu gisata c’indimi…
Par Rédaction
3 min de lecture

L'Afrique chaque matin dans votre boîte mail
L'Afrique chaque matin dans votre boîte mail
Notre sélection des informations essentielles. Du lundi au vendredi.
En vous inscrivant, vous acceptez notre politique de confidentialité.



