LE JOURNAL.AFRICA
SOCIETE

« Nataye ishure ntahana inda bitamvuyeko », intahe y’uwahemukiwe

Kuri runo rubuga, hamaze imisi haca inkuru zivuga ku mabi afatiye ku gitsina. Amwe muri ayo mabi, aragaragaza ingene agatima k’ubuntu katakiriho mu mitima ya bamwe bamwe, aho umugabo muzima yifashisha uwo yofashije. Iyi ntahe ya Jeanne* irabigaragaza. 

Nagiye kwiga mu gisagara ca Rumonge mpejeje kubura umuvyeyi nari nsigaranye. Abo tuvukana barinize, ndaronka amafaranga y’ishure n’ayo kwikenura, eka mbere no gufungura. Aheze narababwira, bakandungikira. Bayarungikana uwo babonye hagufi wese ashobora kuyanshikiriza. Tugahana isango, akayanshikiriza. Aho niho nanduriye. Umusi umwe, nagiye gutora utwo bandungikiye, twazanywe n’umuntu asanzwe yunguruza abantu abajana i Bujumbura. Yaratunshikirije, aca aranyunguruza, anshikana aho nari nsanzwe mbaye. Tugenda turayaga. Ambaza uko mbayeho, ndamubwira, kandi nkabona umengo arangiriye impuhwe. Yarandemesheje, mbere ansaba ko ntosubira kugora benewacu basigaye ruguru. Ku gatima nti ng’uyu umusamariya w’imbabazi turahuye. Niko kunyemerera ko azoza aramfasha mutwo nzokenera. Tuvanye, aca ansaba akanomero ka terefone, ubucuti buba burata...   

Continuer la lecture de cet article sur YAGA BURUNDI

Articles similaires

Pèlerinage de la Ghriba: l’occasion pour les juifs tunisiens de renouer avec leur terre ancestrale

RFI AFRIQUE

Pourquoi la façon de parler aux enfants compte?

BBC AFRIQUE

Mauritanie : polémique autour d’une affaire d’esclavage présumé à Ouadane

RFI AFRIQUE
Verified by MonsterInsights