LE JOURNAL.AFRICA
Non classé

Ihohoterwa rishingiye ku gitsina: twese turabikora tutabizi

Iyo bavuze amabi afatiye ku gitsina, benshi twumva gufata ku nguvu n’ibindi bisa na vyo gusa. Ihibambewe! Si ivyo gusa. Hari n’ibindi vyinshi mbere dukora tutazi, bikozwe, aba ari guhohotera umukenyezi. Turabire hamwe muri make uko ishirahamwe mpuzamakungu riharanira iterambere ridakumira (ONU Femmes) ribisigura. 

Mu Burundi, abinonora imitsi tubumva mu mabarabara bagenda batera urukato ; abariko barakora ibikworwa biruhisha ari benshi na bo nyene bikaba uko. Igitangaje, ubumvirije, abo bose bavyina bihaya amabi bakora, canke bakoze afatiye ku gitsina, n’aho bataba bazi ico bariko baravuga. 

Ishirahamwe ONU Femmes rivuga ko umukenyezi umwe kuri batatu ahohoterwa ku buryo ubu canke buriya kw’isi, kandi ugasanga birisubiriza cane. Burya rero, amabi afatiye ku gitsina ni menshi cane ntawoyadondagura ngo ayamare. 

… si ugufata ku nguvu gusa

Abantu benshi bibaza ko ihohoterwa rishingiye ku gitsina ari umugabo agirira nabi umukenyezi ashizemwo inguvu. Ihibambewe! Ni izo ngendo zose zituma umukenyezi atisanzura, kandi adashobora kuronka amikor...   

Continuer la lecture de cet article sur YAGA BURUNDI

Verified by MonsterInsights