LE JOURNAL.AFRICA
SOCIETE

Kwiyanka kubera uko usa : ng’uyu umuti ubivura

Sinubahuka kwiraba mu cirore”, “Mfise izuru ribi”, “Abantu bahava bavuga ko ndi mubi”… Ivyo ni bimwe muri vyinshi cane abantu benshi, na canecane imiyabaga, bama bibwira. Ku batari bake, vyabaye nk’indwara kandi ikomeye, n’aho umuti wayo wari woroshe kuronka. Muti ni uyuhe?

Uko abantu ari benshi kw’isi, niko bari kwinshi kandi basa ugutandukanye. Umwe wese afise uko areha, uko angana, n’uko asa. Ariko hari abo bigora guhimbarirwa uko bameze, ugasanga hari n’abumva bokwiyanka bavuga ko ari babi.  Aho rero ico abantu bakwiye kumenya, ni uko uwo mubiri nyene banka, ari wo baheza bagakurana, bakagira imigambi ibateza imbere, bakagira abagenzi basa uko nyene, bagakunda, bagakundwa, bakamererwa neza mu buzima.  Ariko benshi ivyo ntibigera bavyibuka.  Baguma bahagaritswe umutima n’uko basa bikabasubiza inyuma mu bikorwa vyabo.

Ubuyabaga, igihe c’uguhungabana

Mu buyabaga hahinduka vyinshi ku mubiri w’umuntu, ku buryo hari ababura amahoro bibonye. Mu mezi make, uja wibona ufise ubwanwa canke ubwakwaha, ijwi rikaba rinini, ibihimba vy’umubiri bigakura. Abakobwa bagakuza amabere. Bamwe bakabona bafise manini abandi na bo...   

Continuer la lecture de cet article sur YAGA BURUNDI

Articles similaires

#ThePoliticianWeWant : Buyengero, une histoire, mais quel avenir ?

YAGA BURUNDI

Pourquoi j’ai vendu mon smartphone

YAGA BURUNDI

L’école ou l’église, il faut choisir

YAGA BURUNDI
Verified by MonsterInsights