LE JOURNAL.AFRICA
Dossiers Yaga

#KwitunganirizaImigambi : impanuro ngenderwako

« Uwufise umugambi wese ntiyitinye, ni atangure ariko yirinde gutambikiza n’ukugenza umutwe nk’uruyuzi » ; Pierre-Claver Nduwumwami, umuhinga mu vyo gutunganya imigambi akaba anarongoye ikigo BBIN, aratanga impanuro ku bitunganiriza imigambi. Uwuri n’amatwi ni yumve.

Urwaruka rwama ruhamagarirwa kwitunganiriza imigambi kubera ubuzi bwakenye. Ariko ivyo ntibikunze kworohera bose. Kugira umuntu atunganye umugambi hanyuma utere imbere nk’uko abigomba, hari ibintu ategerezwa kwitondera.

Ivyo ni vyo bimutuma adakora ikosa abandi bakoze, agaca mu nzira nziza izomushikana ku ntambwe. Nico gituma twegereye umuhinga asanzwe arongoye ikigo kizobereye muri ivyo bikorwa, ndetse kikaba gihora gifasha n’abandi; ni kugira atange impanuro ku babitanguye, eka mbere  n’abatarabitangura bumvireho.

Umugambi ni iki ?

Umugambi ni ico ushaka gushikako. Kugira ugire aho ushika, urabitegekanya. Ukamenya uburyo bizotwara, uwuzogufasha kubishikako, n’ingene uzokwunguka. 

Umugambi uratandukanye cane n’icipfuzo. Umuntu aripfuza aryamye canke yiyicariye, ariko umugambi wowo umuntu aba abona neza ishusho y’ico agomba gukora. Agaheza akava ...   

Continuer la lecture de cet article sur YAGA BURUNDI

Articles similaires

#ZaNzoga: «Gushika aho umugabo atakaza ubushobozi, umugore ntabe akija mu butinyanka»

YAGA BURUNDI

#BdiEmploi : « Le  chômage urbain, c’est mieux que l’emploi rural »

YAGA BURUNDI

Dossier : le chômage des jeunes, une bombe à retardement

YAGA BURUNDI
Verified by MonsterInsights