LE JOURNAL.AFRICA
ECONOMIE

#KwitunganirizaImigambi : tuve mu majambo, tuje mu bikorwa

Urugero rw’ubukene bw’akazi mu rwaruka rwavuye ku bice 60% mu mwaka w’2016 ruja kuri 65% mu 2017. Yamara, iciyumviro c’uko abakeneye ubuzi « bokwitunganiriza imigambi bo nyene » catanguye kuvugwa cane kuva mu myaka y’2013. None, ni ukutumva ? Ni umuzi w’ibuye ? Canke ni wa mugani ngo « so akwanka, akuraga ivyamunaniye » ? Hari agahaze.

Ab’amahane menshi bati : « Ubuzi butangwa nabi, aka mwana wa mama karakoze ibara », nk’uko womengo baremezwa neza ko, hamwe ivy’amanyanga vyohagarara, ubuzi bwoca bukwira ababukeneye bose. Ariko kandi, nkumbure ntibarira busema.

Ku rundi ruhande, hari abasa nk’aho umengo  ingorane y’ubukene bw’akazi bayitoreye umuti wamaho. Uwo nawo si uwundi ; ni ukwama basemerera ubudahengeshanya bati : «...   

Continuer la lecture de cet article sur YAGA BURUNDI

Articles similaires

La pauvreté n’est pas une fatalité au Burundi plutôt qu’une question d’engagement

LE JOURNAL.AFRICA

Pénurie de boissons BRARUDI et du ciment BUCECO

RTNB BURUNDI

Le Burundi bientôt doté d’un portail de facilitation des échanges

RTNB BURUNDI
Verified by MonsterInsights