LE JOURNAL.AFRICA
SOCIETE

Ubutinyanka : buri murundikazi atanga imiriyoni zirenga zitanu mu buzima bwiwe

Mu Burundi, ikiguzi c’ivyo umukenyezi ari mu bihe akenera, nta wucitaho. None, mu buzima bwiwe bwose, umurundikazi yoba akoresha amafaranga angana gute kubera ubutinyanka ? Tubirabire hamwe. 

Uretse ko ari ibihe bitorohereza abakenyezi n’abigeme, ibihe vy’ubutinyanka biratwara amafaranga. Mu vyo bagura, twovuga nk’udutambara tw’isuku mu gihe c’ubutinyanka, umuti ugabanya ububabare, n’ibindi tutarinze kudondagura. 

Ubajije ibiciro mu mazu y’idandarizo y’imiti (amafaramasi), uraheza ukabona igiciro cababa amafaranga akenera buri kwezi. Agapaki k’udutambara tw’isuku mu gihe c’ubutinyanka (bakunze kwita “cotex”) kagurwa amafaranga y’amarundi ibihumbi bibiri. Imiti igabanura ububabare, uwuri mu bwoko bwa “Ibuprofen” ugurwa 1000. Hari n’ibindi bimota neza bashobora kugura; imbazi (déodorant) zizimbutse usanga ari amafaranga y’amarundi 3000, aho ni abafise uburyo buciririkiye. 

Agahuzu ko munsi, hari abaca bagura akandi ku 2500. Hari abo usanga badashobora gufungura; ku musi wa mbere, hari aho usanga afungura utuntu tudafashe nk’udusuguti agashozako utunyobwa nk’agasoda canke ibindi. Ivyo bigatwara amafaranga 2500. 

Ayo mafaranga yose hamwe yababa 12 000, buri kwezi. Murabona namwe ko atari make. Mu buzima bwiwe bwose, umukenyezi aja mu butinyanka incuro 450. Ufatiye kuri ivyo biharuro usanga umukuenyezi akoresha amafaranga a...   

Continuer la lecture de cet article sur YAGA BURUNDI

Articles similaires

Le Ministre en charge des Droits de l’homme assiste les victimes des pluies diluviennes de Buterere

RTNB BURUNDI

Sankuru : Joseph Mukumadi promet de s’investir pour améliorer le social et l’unité des administrés

OKAPI CONGO

Madagascar: après le cyclone, les secours peinent à atteindre les zones les plus touchées

RFI AFRIQUE
Verified by MonsterInsights