Kaminuza : gutwara 1000 umunyeshure, ni nko gutwara umuliyoni umugwizatunga
Mu mwaka w’2017, twarababwiye ubuzima umunyeshure abayemwo mu bigo vya kaminuza y’Uburundi, ku gafashanyo k’9000 gusa vy’amafaranga y’amarundi. Ku wuba atararonka uburaro muri ivyo bigo, aronswa agafashanyo k’30 000. Ubu rero ayo mahera yagabanutse. Inkurikizi. Kuva muri Myandagaro uwu mwaka, ubuyozi bw’amaposita bwarafashe ingingo yo kuduza amahera yahora akatwa kuri konte…
Par Rédaction
2 min de lecture

L'Afrique chaque matin dans votre boîte mail
L'Afrique chaque matin dans votre boîte mail
Notre sélection des informations essentielles. Du lundi au vendredi.
En vous inscrivant, vous acceptez notre politique de confidentialité.



