Kuki abavyeyi ata kinini bagifasha mu bugeni bw’abana babo ?
Tuvyiga mu mashure no mu biyago vy’abakurambere, ko aho hambere hahise, umusore yagera kwubaka urwiwe, maze se akamutunganiriza ivya nkenerwa vyose ; hama akamusohora. Ubu si uko bigenda ; aho kumufasha, umuryango womengo ushaka kumuremera. Mbega ivyo ntivyohinduka ? Akabaruwa ku bavyeyi. Bavyeyi nkunda kandi nubaha, maze imyaka hafi itanu, abagenzi dusa n’abangana…
Par Rédaction
2 min de lecture

L'Afrique chaque matin dans votre boîte mail
L'Afrique chaque matin dans votre boîte mail
Notre sélection des informations essentielles. Du lundi au vendredi.
En vous inscrivant, vous acceptez notre politique de confidentialité.



