LE JOURNAL.AFRICA
ECONOMIE

Nta muntu yobura ico akora kandi afise ishaka

Muri kahise katari n’aka kure, umuntu yarangiza amashure akazi kamurindiriye. Ariko, ubu si ko bikiri. No gukora ico umuntu yigiye, bisigaye bigoye. Ubwo bukene bw’akazi rero, hari bamwe mu rwaruka babwifatamwo ukundi: “kwiryamiza akate”. Mbega ngo ni wo muti?

Kuryama, mu ntumbero yo kuruhuka, ni vyiza. Ariko, umuntu akaruhuka yakoze. Kanatsinda; haruhuka uwarushe, kandi haruha uwakoze. Biratuma n’ibikorwa bikurikira bigenda neza. Mbere, n’abahinga batandukanye barahanura ko uwuruhuka, yoryama amasaha ari hagati y’6 na 8 kuri 24 agize umusi.

Ariko rero, hari urwaruka rwabigize nk’igikorwa gitegerezwa ; bakaryama amasaha menshi ashoboka ku musi, kuko ata kindi bagira co gukora. Kubera baba barabimenyereye rero, haragera igihe umubiri urendegera, ukamenyera ivyo nyene, maze ntibabe bagishoboye kuvyirinda. 

Naho nagendeye!

Mbazumutima Ezekiyeri* ni umusore asavye indaro ku wo mpangiye inzu mbayemwo; afise imyaka mirongo ibiri n’umunani. Haciye imyaka ibiri arangije kaminuza, mu gisa...   

Continuer la lecture de cet article sur YAGA BURUNDI

Articles similaires

Haut-Lomami : l’effondrement du Pont Bundwe enclave le territoire de Bukama

OKAPI CONGO

Bujumbura abrite un forum sur l’indice de la liberté économique

RTNB BURUNDI

En RDC, les sénateurs s’en vont en guerre contre l’Inspection générale des finances

RFI AFRIQUE
Verified by MonsterInsights