LE JOURNAL.AFRICA
SPORTS

Uburundi muri #CAN2019: kurya kw’inka ikamwa ico yariye

Uburundi bwaraye bukuye meza mu mahiganwa y’igikombe ca Afurika kiriko kibera mu Misiri, ata n’inota na rimwe buronse. Birababaje. Ariko, ntibitangaje;  kuko bifise ico vyavuyeko.

Abantu bakurikiranye inkino Uburundi bwakinye muri aya mahiganwa y’igikombe ca Afurika (CAN), barabonye ko abakinyi b’Abarundi bazi umupira. Uravye ukuntu bavugutiye umuti igihugu ca Gabon, bakanikira Nijeriya, n’ukuntu ari ibihugu vyubashwe mu mupira w’amaguru, urabona ko abana b’Uburundi bafitiye ingabirano ikwiye umupira w’amaguru.

Ariko kandi, uravye ukuntu baguma batsindwa, bagatsindwa muri ya minuta nyene, kandi bobo batera batumbereza igori bikananirana kwinjiza, vyari bibabaje. Ariko rero, nk’uko Abarundi bayamaze ngo “nta kabura imvo”, ugutsindwa kw’Intamba mu Rugamba birafise ico vyavuyeko.  

Inka ikamwa ico yariye

Ntawobideha; agahembo gahabwa abakinyi b’imigwi ija mw’ihiganwa Primus League kari hasi cane, ugereranije no mu Continuer la lecture de cet article sur YAGA BURUNDI

Articles similaires

Lorient nouveau leader, les promus sur le podium

FOOTBALL FR

L’OM humilié !

FOOTBALL FR

Caen et Guingamp réagissent, VA enfonce Le Mans

FOOTBALL FR
Verified by MonsterInsights