Ibintu bitanu vyererekana ko Abarundi badakunda ikirundi
Ibwirizwa shingiro ry’Uburundi ryemera ikirundi nk’ururimi kavukire rumwe rudende rwa nege. Ariko, indimi mvamahanga ziriko zituma urwo rurimi rwibagiranwa. Ng’ibi ibintu bitanu vyerekana ko Abarundi tudakunda ururimi rwacu. Ivyapa vyo mu bibanza rusangi Uriko uragenda mu mihingo itandukanye y’igisagara ca Bujumbura, ubona nyinshi mu nzandiko ziranga inyubakwa rusangi, iza…
Par Rédaction
2 min de lecture

L'Afrique chaque matin dans votre boîte mail
L'Afrique chaque matin dans votre boîte mail
Notre sélection des informations essentielles. Du lundi au vendredi.
En vous inscrivant, vous acceptez notre politique de confidentialité.



