LE JOURNAL.AFRICA
SOCIETE

Burundi : tuzirikane impunzi zacu

Sokuru ati: «Ubusimbi busangiye amajanja ntibuhishanya amajambo.» Ni igenekerezo rya 20 Ruheshi, isi yose irahimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe impunzi. Mbega Abarundi bene wacu bahungiye hanze y’igihugu bamerewe gute? Reka tubice muri make hano.

Uno musi ugeze igihugu cacu kiza mu vya mbere bifise impunzi nyishi zahungiye hanze y’igihugu, haba ku mugabane w’Afrika, eka no ku yindi migabane igize isi. Nk’uko vyerekanwa n’ishirahamwe mpuzamakungu ryitaho  impunzi “HCR”, kandi bikaba vyaremejwe n’umuvugizi w’iryo shirahamwe, itariki 1 Nzero 2019 mu nama i Geneve,  impunzi z’Abarundi zibayeho mu buzima butoroshe.

Mu cegeranyo cakozwe kw’igenekerezo rya 30 Ndamukiza 2019 n’iryo shirahamwe HCR, cerekana ko impunzi z’Abarundi  ziri mu bihugu bibabanyi zababa ibihumbi 393 500. Abo bose bakeneye gufatwa mu mugongo kugira b...   

Continuer la lecture de cet article sur YAGA BURUNDI

Articles similaires

Goma : les habitants pourront déjà retourner à leurs domiciles

LE JOURNAL.AFRICA

RDC-UVIRA : Les sinistrés manifestent contre la malveillance de leur aide

LE JOURNAL.AFRICA

« Déchirer son uniforme comme pour couper avec son passé » : l’avis d’un éducateur

YAGA BURUNDI
Verified by MonsterInsights