LE JOURNAL.AFRICA
SOCIETE

« Gutembera inyuma y’isaha cumi na zibiri » : koko vyotuma umwigeme asama imbanyi ?

Ingingo ibuza abigeme gutembera inyuma y’isaha cumi na zibiri igiye gushirwa mu ngiro ku rugero rw’amakomine amwe amwe. Ariko rero, hari ababona ko iyo ngingo ataco ije kumara, ngo « ahubwo ije kubandanya gukumira  umwigeme».

« Kirazira ko umwana w’umwigeme ayererana n’umuhungu, yaba uwiga canke uwutiga, guhera isaha cumi na zibiri z’umugoroba ». Ivyo tubisoma mw’itangazo ryasohowe na Ferdinand Simbananiye, musitanteri wa komine Nyabiraba y’intara ya Bujumbura, kuwa 25 Ntwarante 2019, inyuma yifatwa ry’ingingo nkiyo na musitanteri wa komine Muyinga kuwa 7 Ruhuhuma uyu mwaka.

Nk’uko tubandanya tubisoma muri ayo matangazo yose, iyo ngingo yafashwe mu ntumbero yo kugarukira indero y’urwaruka muri rusangi, na canecane abanyeshure. Bene kuyifata bati : « Vyaragaragaye ko abanyeshure basigaye baheba amashure ari benshi ; abenshi bakaba baheba kubera inda z’indaro. Kandi, hari n’izindi nyifato zitabereye zisigaye ziranga urwaruka. Izo ngorane rero, akaba ari zo iyo ngingo igamije gutorera umuti.�...   

Continuer la lecture de cet article sur YAGA BURUNDI

Articles similaires

Coronavirus : le Royaume-Uni soutient la RDC avec près de 1,9 million USD

OKAPI CONGO

Burundi : baisse des prix de l’huile de coton

LE JOURNAL.AFRICA

Ethiopie : les habitants de Tuhuli, dans le Tigré, racontent l’enfer

RFI AFRIQUE
Verified by MonsterInsights