LE JOURNAL.AFRICA
SOCIETE

« Abagabo bacu bapfuye, twaciye turongorwa na barumuna babo »

« Guhonora »,  nk’uko tubiyagirwa na Elie Sadiki, umwigisha mu gisata c’indimi n’amayagwa nyafrika, muri Kaminuza y’Uburundi, ni  umugenzo w’ikirundi w’aho hambere, aho serugo yitavye Imana, umupfakazi yaca arongorwa na murumuna w’umuhisi. N’ubu biracabaho. Twaraganiriye n’abo vyashikiye.

Nahimana Claudia ni umukenyezi w’imyaka mirongo itatu n’ine, aba muri zone ya Kanyosha, hano mu gisagara ca Bujumbura. Yaratwiganiye, ati: « Umugabo wanje yapfuye amaze umwaka urenga arwaye. Murumuna wiwe ni we yamubaye hafi umwanya munini. Kubw’iyo ngwara ntivyadukundiye ko twibaruka kandi twari tumaze imyaka ishika kuri itanu twubatse. Amaze kwitaba umuremyi, uwo musore bavukana yaciye aza mu nzu turubakana; vyansubijemwo umunezero, kuko yampaye ikibondo, kandi akambera umushingantahe nk’uwa mbere. »

Nizigiyimana Liberata nawe nyene ni nk’uko nyene; ni umukenyezi w’umwirimizi aba mu Kabezi, mu ntara ya Bujumbura; afise imyaka mirongo ibiri n’icenda, ubu akaba afis...   

Continuer la lecture de cet article sur YAGA BURUNDI

Articles similaires

Déclaration/MiniGenre: « …ensemble pour mettre fin aux violences faites aux femmes et aux filles » (vidéo)

RTNB BURUNDI

Burundi : Les criquets ravageurs des cultures ne sont pas dans nos murs

LE JOURNAL.AFRICA

Les citadins appelés à promouvoir l’horticulture

RTNB BURUNDI
Verified by MonsterInsights