LE JOURNAL.AFRICA
SOCIETE

Muragabe ! Za Wasapu n’umwana w’uwundi !

« Kwigera mu barembe utari umurembe… » ; umugani wa ca gisokozo. Matayo, umutama w’imyaka irenga 60, akarungikira amasanamu y’ubushegabo Padiri ! Ng’uku uko vyagenze.

Si kera nk’ejo bundi, umutama Matayo yagorobereje mu kabare, ngo yivune akanyota hamwe n’abo ahasanze. Ngo agire atya, yumva abo bagenzi nta kindi bamubwira atari amakuru mashasha kandi agezweho, kuko bo bayasoma umwanya wose kuri za Whatsapp. Umutama utanka arinamura ati : « Nabaye iciro ry’umugani pe! Ubu rero ni mwe bo kuncira umugani n’imyaka ndabarusha ! » Niko gushaka kugura za ngendanwa zigezweho, nazo iyizimbutse ikaba itari musi y’ibihumbi ijana.

Yavyiyumvriye kuva kera, ariko yari yararahiye kugurisha agaka kamwe kiwe. Ati : « noba nasaze ; inka impa amata antungiye umuryango, ikampa amase y’imirima yanje, njeko ngurishe ! Oya ...   

Continuer la lecture de cet article sur YAGA BURUNDI

Articles similaires

Atelier de formation à l’intention des membres des CPDS de la région sud

LE JOURNAL.AFRICA

« Non, le 8 mars n’est pas une autre Saint Valentin !»

YAGA BURUNDI

Madagascar: inondations à Antananarivo, le rôle crucial des plaines agricoles

RFI AFRIQUE
Verified by MonsterInsights