#ZaNzoga: ico amategeko avuga
Mu kwezi kwa ruhuhuma, twarabashikirije ibisomwa bijanye n’inzoga zitemewe n’amategeko. Muri urwo rutonde, vyaragaragaye ko inzoga atari ikinyobwa gisanzwe. Gutyo, ukuzikora, ukuzidandaza n’ukuzihereza bikaba vyategerezwa kugengwa n’amategeko atomoye. Amategeko y’igihugu, na cane cane itegeko mpanavyaha, asanzwe ahana abakora, abadandaza n’abihereza ibinyobwa bitazwi n’amategeko. Ingingo y’521 irihanikiriza ukwinjiza mu gihugu, ugukora…
Par Rédaction
1 min de lecture

L'Afrique chaque matin dans votre boîte mail
L'Afrique chaque matin dans votre boîte mail
Notre sélection des informations essentielles. Du lundi au vendredi.
En vous inscrivant, vous acceptez notre politique de confidentialité.



