Aller au contenu

Muyinga: ng’ubu ubuhinga bushasha bwo kugwanya abavumvyi

Mu Burundi, urubanza rwamye ari gahuzamiryango, akanya keza ko gusabikanya n’ugusasagaza ubumwe n’urukundo. Ari na co gituma ata mutumire canke umuvumvyi, bose bafatwa kumwe mu nzimano. Ariko rero mu ntara ya Muyinga, hari ubuhinga bushasha bwo kwirukana abavumvyi. Ata misi irahera ntanguye gukorera muri komine Giteranyi y’intara ya Muyinga, naherekeje…

2 min de lecture
Partager

Discussion

  • Aucun commentaire pour l'instant. Soyez le premier.
L'Afrique chaque matin dans votre boîte mail

L'Afrique chaque matin dans votre boîte mail

Notre sélection des informations essentielles. Du lundi au vendredi.

En vous inscrivant, vous acceptez notre politique de confidentialité.

À lire aussi