LE JOURNAL.AFRICA
Dossiers Yaga

#ZaNzoga: «Gushika aho umugabo atakaza ubushobozi, umugore ntabe akija mu butinyanka»

Nk’uko ishirahamwe OMS ribimenyesha, abantu imiliyoni zitatu n’ibice bitatu bapfa kubera kunywa inzoga. Ariko kandi ngo inzoga zishobora kuba zitera ingwara zirenga amajana abiri, harimwo n’ukutavyara kuri bamwe. Twarasiguje umuhinga.

“Ubundi inzoga ziri ubwoko butandukanye dufatiye ku bukari bwazo”, nk’uko tuvyibutswa na muganga Bivahagumye Leonard, yabinonosoye.

Urugero rwa mbere rugizwe n’izikunze kwitwa “ibiyeri” rufise ubukari buri hagati ya 5 na 7%, umugwi wa kabiri ukagirwa n’imivinyu nayo iri hagati ya 12 na 13%, uwa gatatu ukaba ufise ubungana canke burenga ibice 42%; uwo mugwi wa nyuma ni na wo twoshiramwo inzoga nyinshi zitemewe n’amategeko zikoregwa mu Burundi, nka za kanyanga, imidiringi n’izindi.

Nk’uko uwo muhinga abisigura, abanywi bari imice itandatu: abatanywa (kuri bo inzoga ari umuziro), hari abigeze kunywa barabihagarika, hari abitwa ko banywa bigerera, ni ukuvuga batarenza urugero nk’uko rwashizweho n’ishirahamwe mpuzamakungu ry’amagara y’abantu OMS,Continuer la lecture de cet article sur YAGA BURUNDI

Articles similaires

#BdiEmploi : comment juguler le chômage récurrent chez les jeunes burundais ?

YAGA BURUNDI

#KwitunganirizaImigambi: imyibutsa itanu iduhimiriza gukunda ibikorwa

YAGA BURUNDI

#BdiEmploi : «Entreprenez, créez votre emploi», des mots pour couvrir les maux

YAGA BURUNDI
Verified by MonsterInsights