#ZaNzoga : twazinywa twareka, hari ukuntu…
Mu Burundi, ugukora, ukundandaza n’ukunywa inzoga, ni ubuzima bwa misi yose bwa benshi. Kumbure bituruka ku kibanza urukanywa rusanzwe rufise mu mucokama w’ikirundi. Ico bikoze, Abarundi nta vyigwa barakora ku nyungu n’agahombo babikuramwo, ari na ho hava agahaze. Tugiye kubayagira ku nzoga zitemewe n’amategeko. Ziri ubwoko injojo ! Kanyanga, umudiringi, umunanasi,…
Par Rédaction
2 min de lecture

L'Afrique chaque matin dans votre boîte mail
L'Afrique chaque matin dans votre boîte mail
Notre sélection des informations essentielles. Du lundi au vendredi.
En vous inscrivant, vous acceptez notre politique de confidentialité.



