Kwigisha indimi mu mashure shingiro: umwana ni uwosoma akiri muto!
Amashure shingiro ntazobandanya kwigisha, mu mwaka wa mbere, nk’uko vyahora, indimi zine ari zo: ikirundi, igifaransa, igiswahili n’icongereza. Kubwa Egide Nikiza, iyo ngingo ni nziza...

