Article
Preparing the article…
If a translation is needed, this may take a few seconds.
If a translation is needed, this may take a few seconds.
Kubera kubura inyigisho zikwiye n’uguherekezwa mu vyerekeye kwitunganiriza imigambi, urwaruka rufise umwete wo kubikora rusanga ruguye mu mutego w’urwiganwe, rugahereza guhomba. Mariko* ni umwe mu baruguyemwo. Aratuyagira. Co kimwe n’abatari bake, narize kaminuza ndayirangiza, ndarondera akazi ndahebura. Ariko mu nyuma haheze nk’umwaka, naragize amahirwe ndagwa ku kiraka, maze ndaronka uduhera…

Our editors' picks of what matters. Monday to Friday.
By subscribing, you accept our privacy policy.