Article
Preparing the article…
If a translation is needed, this may take a few seconds.
If a translation is needed, this may take a few seconds.
« Uwufise umugambi wese ntiyitinye, ni atangure ariko yirinde gutambikiza n’ukugenza umutwe nk’uruyuzi » ; Pierre-Claver Nduwumwami, umuhinga mu vyo gutunganya imigambi akaba anarongoye ikigo BBIN, aratanga impanuro ku bitunganiriza imigambi. Uwuri n’amatwi ni yumve. Urwaruka rwama ruhamagarirwa kwitunganiriza imigambi kubera ubuzi bwakenye. Ariko ivyo ntibikunze kworohera bose. Kugira umuntu atunganye…

Our editors' picks of what matters. Monday to Friday.
By subscribing, you accept our privacy policy.