Article
Preparing the article…
If a translation is needed, this may take a few seconds.
If a translation is needed, this may take a few seconds.
Iruhande y’umugabekazi Ririkumutima yaganje Uburundi igihe umwami Mwambutsa IV yari akiri imfyufyu, hari abakenyezi bake cane bamenyekanye nk’intwari muri kahise k’Uburundi. Umwe muri abo ni uwitwa Nteturuye Mariya, batazira Nzirikanye. Muti none uwo yamaze iki? Uwo mukenyezi yabaye umwe mu batware b’abapfasoni bake babayeho ku ntwaro ya cami; akaba yatwaye…

Our editors' picks of what matters. Monday to Friday.
By subscribing, you accept our privacy policy.