Article
Preparing the article…
If a translation is needed, this may take a few seconds.
If a translation is needed, this may take a few seconds.
Kuwa 31 mukakaro uko umwaka utashe, ni umusi mpuzamakungu wahariwe umukenyezi w’umunyafurika. Uwo musi ushitse mu gihe ikibanza c’umukenyezi mu bimenyeshamakuru vy’Uburundi kidashemeye, haba mu bakora uwo mwuga canke abatanga amakuru. Mu bimenyeshamakuru birenga 50 biri mu Burundi vyemewe n’urwego rw’igihugu rujejwe gucungera ibimenyeshamakuru “CNC”, ikibanza gihabwa umukenyezi kiracari kure. …

Our editors' picks of what matters. Monday to Friday.
By subscribing, you accept our privacy policy.